Zakayo yari mugufiya,

295 Now Zacchaeus was a very litre man. M.S.

1

Zakayo yari mugufiya, Eka yari rrmgufi pe! Yiruka ku git' aracurira Rugira ngw arabe Yesu, Kugira ngw arabe Yesu.

2

Yes' araz' ararangamiza, Maz' abonayo Zakayo, Ati Zakay' ururuk' uz' ino, Ngo tujane ndar' i wawe, Ngo tujane ndar' i wawe.

3

Buno nyen' ac' arururuka, Barajana bashik' i we, Ubusuma bgos' arabgihana, Ati Pe, nzoriha kane! Ati Pe, nzoriha kane!

4

Yes' aramubgir' ati None haj' Agakiza mur'iyi nzu. Kandi nazanywe no kurondera Icari cazimiye, Icari cazimiye.

Amajambo yo mu ntango

Indirimbo Zo guhimbaza imana Nimushimire Uhoraho yukw’ari mwiza, Kukw’imbabazi ziwe zamah’ibihe vyose. Abacunguwe n’Uhoraho bavuge bartyo, Abo yacunguye, akabakura mu kuboko kw’umwansi. Zaburi 107 :1,2. Abreviations : G.B. - Golden Bells (C.S.S.M3-7Wigmore St., London, W.I.) T.H. –Tabernacle Hymns No. (Tabernacle Publishing Co., Corner Lakes St. & Waller Ave., Chicago, III.) M.S. – Manuscript. (This includes all tunes which do not occur in the above two books. The music may be found in sankey’s Songs and Solos, Worship in Song, Christian Service Songs, Alexander’s Hymns No. 3 and other well-known books) Doxology. G.B. 702; T.H. 324 Dushime Nyen'umugisha, Tumushime mw’isi twese, Namwe mw ijuru mushime Dat' Umwana Mpwemu Yera. GUHIMBAZA