Man' ubgami bgawe

266 r Thy Kingdom come. Tune G.B.80.

1

Man' ubgami bgawe Buze mur' iyi si. Tsind' Umurwanizi N'ububasha bgiwe.

2

Dukumbuye Mwami Amahoro yawe: Urwanko rwo mw isi Ruzoshira ryari?

3

Dukumbuy' igihe Ah' indwano zose Zizohung' imbere Y'ah' uri, Mukiza.

4

Zan' inganji mw isi, Tukwifuza cane, Twarerets' amaso Aherayo, Mwarai.

5

Abagukengera Ni nk' amabingira Batikiz' intama Zawe ziri mw isi.

6

Amahanga menshi Yicaye mu mwiza: Yesu we Nyenyeri Ubatambikire.

Amajambo yo mu ntango

Indirimbo Zo guhimbaza imana Nimushimire Uhoraho yukw’ari mwiza, Kukw’imbabazi ziwe zamah’ibihe vyose. Abacunguwe n’Uhoraho bavuge bartyo, Abo yacunguye, akabakura mu kuboko kw’umwansi. Zaburi 107 :1,2. Abreviations : G.B. - Golden Bells (C.S.S.M3-7Wigmore St., London, W.I.) T.H. –Tabernacle Hymns No. (Tabernacle Publishing Co., Corner Lakes St. & Waller Ave., Chicago, III.) M.S. – Manuscript. (This includes all tunes which do not occur in the above two books. The music may be found in sankey’s Songs and Solos, Worship in Song, Christian Service Songs, Alexander’s Hymns No. 3 and other well-known books) Doxology. G.B. 702; T.H. 324 Dushime Nyen'umugisha, Tumushime mw’isi twese, Namwe mw ijuru mushime Dat' Umwana Mpwemu Yera. GUHIMBAZA